Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 5:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Ariko jeho ndababwiye nti: ntimukihore ababagirira nabi. Umuntu niyagukubita ikofe mu musaya w’i buryo, umuhindukirize n’uw’i bubamfu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 ariko jeho ndababgire: Ntimurwanye umunyakibi: ūgukubise urushi mu musaya w’i buryo umuhindukirize n’uwundi;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 5:39
24 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi umuntu niyagomba kukuburanya kugira ngo akunyage ishati yawe, umuhebere n’ikoti na yo.


Bamupfunga igitambara mu maso, bamubwira bati: “Vugishwa! Ni nde agukubise?”


Abafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe baca bamushinga ijisho kugira ngo barabe ko amukiza, maze bace bamwagiriza ko yakijije umuntu kw’Isabato.


Yesu aramwishura ati: “Ninaba mvuze ibinyoma, vyerekane. Ariko nimba mvuze ukuri, unkubitiye iki?”


No kuba mufitaniye imanza hagati yanyu, ivyo vyonyene vyerekana ko mwamaze kunanirwa. Ni kuki mudashobora kwihanganira akarenganyo? Ni kuki mudashobora kwihanganira ababiba?


Mwirinde ntihagire uwusubiza inabi mugenziwe, ariko mugiriranire ubugwaneza muri mwebwe no ku bandi.


Ntimuragwanya icaha gushika aho amaraso yanyu aseseka.


Mwaratsindishije abagororotsi murongera murabica, kuko badashobora no kubagwanya.


Ntimukihorane canke ngo mwishure uwubatutse. Ahubwo mubahezagire kuko ico ari co Imana yabahamagariye gukora ngo namwe muragwe umuhezagiro.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ