Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 5:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 Kandi ntukarahire umutwe wawe kuko udashobora gutuma n’agashatsi na kamwe kawo kera canke kirabura.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Nturahire umutwe wawe, kuk’ udashobora guhindura agashatsi na kamwe ngo kēre canke ngo kirabure.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 5:36
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ntimukarahire isi kuko ari yo ntebe y’ibirenge vyayo; ntimukarahire Yerusalemu kuko ari co gisagara c’Imana; Umwami asumba bose.


Muvuge ngo ‘ego’ iyo ari ego canke ‘oya’ iyo ari oya, ibindi vyose wongerako biba bivuye kuri wa mubi.


Ni nde muri mwebwe yoshobora kwiyongera akanya na gatoya ko kubaho kubera kwiganyira?


Ni nde muri mwebwe yoshobora kwiyongera akanya na gatoya ko kubaho kubera kwiganyira?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ