Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 5:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

35 ntimukarahire isi kuko ari yo ntebe y’ibirenge vyayo; ntimukarahire Yerusalemu kuko ari co gisagara c’Imana; Umwami asumba bose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 cank’ isi, kukw ari yo ndava y’ibirenge vyayo; cank’ i Yerusalemu, kukw ar’ umurwa w’Umwami ahambaye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 5:35
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi ntukarahire umutwe wawe kuko udashobora gutuma n’agashatsi na kamwe kawo kera canke kirabura.


‘Ijuru ni intebe yanje y’ubwami, isi na yo ni indava y’ibirenge vyanje.’ Ni ko Uhoraho avuze. ‘Mbega mwonyubakira inzu nyabaki? Canke ikibanza canje co kuruhukiramwo coba hehe?


Aca anjana muri mpwemu, andugana ku musozi munini kandi muremure, aca anyereka igisagara cera, Yerusalemu, cururuka kiva mw’ijuru ku Mana.


Nca mbona n’Igisagara Cera, Yerusalemu nshasha, yururuka ivuye mw’ijuru ku Mana, uteguwe nk’umugeni yambitswe neza, ateguriwe umugabo wiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ