Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 5:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Kandi, mwarumvise ko ba sogokuruza babwiwe ngo: ‘Ntukivuguruze ku vyo warahiye, ariko ushitse ivyo wemereye Uhoraho.’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Mwarumvise kandi kw aba kera bābgiwe, ngo Ntukarahire ngo wirahuruze, arik’ uz’ ukorere Uhoraho ivyo wamusezeraniye:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 5:33
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mwarumvise ko ba sogokuruza bari barigishijwe ngo: ‘Ntukice, kandi ko uwica wese azotsindwa n’urubanza’ ;


Mwarumvise ko vyavuzwe ngo: ‘Ntugasambane.’


abasambanyi n’abahuza ibitsina kandi babisangiye, abadandaza abagurano, ababeshi, abarahira nabi, canke abakora ibindi vyose bidahwanye n’inyigisho z’ukuri


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ