Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 5:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Ariko jeho ndababwira yuko umuntu wese yirukana umugore wiwe atamuhoye ubusambanyi, aba amutumye gusambana kandi ko uwurongoye umugore yahukanye, na we aba asambanye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Ariko jeho ndababgira yuk’ umuntu wese yirukana umugore wiwe atamuhōye ubusambanyi, aba amusambanishije: kand’ uwābīra uwahukanye azoba asambanye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 5:32
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko jeho ndababwira nti umuntu wese araba umugore akipfuza gusambana na we aba yamaze gukora ico caha mu mutima.


Umugabo yirukanye umugore wiwe hanyuma akarongora uwundi mugore aba asambanye, kandi umugabo arongoye umugore yahukanye aba asambanye.


Ubwo nyene haboneka abantu babiri: Mose na Eliya,


Maze humvikana ijwi muri ico gicu, rivuga riti: “Uwu ni Umwana wanje natoranije. Nimumwumvirize!”


Bishitse akarongorwa n’uwundi mugabo kandi uwa mbere akiriho, bamwita umusambanyikazi. Ariko iyo umugabo wiwe wa mbere apfuye, amategeko ntaba akimubuza kurongorwa n’uwundi mugabo, kandi iyo abikoze ntaba asambanye.


Umugore ntaganza umubiri wiwe kuko ni uw’umugabo wiwe, kandi n’umugabo ntaganza umubiri wiwe kuko ni uw’umugore wiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ