Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 5:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Vyaravuzwe mu vyagezwe ngo: ‘Umuntu niyirukana umugore wiwe, azomuha urwandiko rwemeza ko bahukanye.’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Kandi vyaravuzwe, ng’ Umuntu wese yirukana umugore wiwe n’amuhe icete co kuvāvānura.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 5:31
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bamwe mu Bafarisayo baza aho ari bashaka kumutega umutego, bamubaza bati: “Mbega biremewe ko umugabo yahukana n’umugore wiwe bivuye ku mvo iyo ari yo yose?”


Baramubaza bati: “None ni kuki Mose yategetse ko umugabo yandikira umugore urwandiko rwemeza ko bavavanuye, hanyuma akamwirukana?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ