Matayo 5:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Nihagira umuntu aja kukwagiriza mu bucamanza, wihutire kwiyuzuza na we mukiri mu nzira, kugira ngo ntagushikirize umucamanza hanyuma na we akagutanga ku mukuru w’ibohero, uwo na we akagupfunga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Wuzure vuba n’ūkurega mukiri mu nzira; ūkurega ntagushikirize umucamanza, umucamanza akaguha umusoda, ugashirwa mw ibohero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |