Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 5:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Mwarumvise ko ba sogokuruza bari barigishijwe ngo: ‘Ntukice, kandi ko uwica wese azotsindwa n’urubanza’ ;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Mwarumvise kw aba kera bābgiwe, ngo Ntukice: uwica aba ashikiwe no gutsindwa n’urubanza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 5:21
19 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mwarumvise ko vyavuzwe ngo: ‘Ntugasambane.’


Kandi, mwarumvise ko ba sogokuruza babwiwe ngo: ‘Ntukivuguruze ku vyo warahiye, ariko ushitse ivyo wemereye Uhoraho.’


Mwarumvise ko vyavuzwe mu vyagezwe ngo: ‘Ijisho rihorwe irindi, n’iryinyo rihorwe irindi.’


Mwarumvise ko vyavuzwe mu vyagezwe ngo: ‘Ukunde mugenzawe ariko wanke umwansi wawe.’


Umuntu wese yanka mwene Data wundi ni umwicanyi, kandi murazi ko ata mwicanyi yogira ubugingo budashira muri we.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ