Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 5:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 aca atangura kubigisha. Arababwira ati:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Yanzika kuvuga, arabigisha,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 5:2
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uko ni ko ivyo uwavugishwa n’Imana yavuze vyashitse, ngo: “Nzokwugurura akanwa kanje mu migani, mvuge ivyagizwe amabanga kuva isi ikiremwa.”


Yesu abonye abantu baje ari benshi, aca aduga umusozi. Amaze kwicara, abigishwa biwe baramwegera,


Nuko rero Petero aherako aravuga ati: “Ubu rero ni ho nkimenya vy’ukuri ko Imana idatoranya abantu ku butoni,


Ariko Pawulo agira afate ijambo, Galiyo abwira Abayuda ati: “Yemwe Bayuda, iyo muba mwariko mumwagiriza ikibi canke icaha gikomeye, vyari kwumvikana ko nkwiye gufata umwanya nkabumviriza.


Filipo aca ahera kuri ivyo vyanditswe nyene, amubwira Ubutumwa Bwiza bwa Yesu.


Kandi nanje munsengere, kugira ngo igihe cose mvuze, mpabwe amajambo kugira ngo menyeshe abantu ibanga ry’Ubutumwa Bwiza ntatinya,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ