Matayo 5:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Ndababwire ukuri, igihe cose ijuru n’isi bizoba bikiriho, nta n’akadome na gatoya canke agakwabu ko mu vyagezwe vy’Imana kazovako, kugeza ivyo vyagezwe bishikije intumbero yavyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Ndababgire ukuri, Gushitsa ah’ ijuru n’isi bizoviraho, nta kanyuguti na kamwe canke n’akazatsa bizova ku vyagezwe, gushitsa aho vyose bizoheraherezwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |