Matayo 5:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Muze munezerwe kandi muhimbarwe kuko impera yanyu izoba ari nini mw’ijuru. Uko ni ko bahamye abavugishwa n’Imana babitangiye imbere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Munezerwe, muhimbarwe, kukw impēra zanyu ari nyinshi mw ijuru: kukw ari ko bāhama abāvugishwa n’Imana ba mbere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |