Matayo 5:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Namwe muzoba muhiriwe abantu nibabatuka, bakabahama, bakabavugako ibibi vyinshi babampora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Namwe muzoba muhiriwe aho bazobatuka bakabahama bakabarementaniriza ibibi vyose babampōye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |