Matayo 4:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Ico gihe Yesu agendagenda mu ntara yose ya Galilaya yigishiriza mu masinagogi yaho, avuga Ubutumwa Bwiza bw’Ubwami, akiza abantu ingwara zose n’ubumuga bwose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Yesu agendagenda i Galilaya hose, yigisha mu masinagogi yabo, ababgira ubutumwa bgiza bg’ubgami, akiza indwara n’ubumuga vy’uburyo bgose mu bantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |