Matayo 4:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Yesu ariko aragendagenda ku nkengera y’ikiyaga Galilaya, abona abavukana babiri, Simoni batazira Petero na Andereya mwene nyina, bariko baterera urusenga mu mazi kuko bari abarovyi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Aciye i ruhande y’ikiyaga c’i Galilaya, abona abavukana babiri, Simoni yitwa Petero, na Andereya mwene nyina, bariko baraterera urusenga mu kiyaga, kuko bār’ abarovyi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |