Matayo 3:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Ariko abonye ko Abafarisayo n’Abasadukayo benshi baje aho ari ngo ababatize, arababaza ati: “Mwa bana b’inzoka mwe, ni nde yababuriye ngo muhunge uburake bw’Imana bugiye kuza? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Abonye benshi bo mu Bafarisayo no mu Basadukayo bazanywe no kugira ngw ababatize, arababaza, ati Mwa bana b’inzoka mwe, ni nde yababūriye ngo muhunge uburake buzoza? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |