Matayo 3:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Yohana yambara impuzu ikozwe mu bwoya bw’ingamiya akayikenyeza umukanda w’urushato mu rukenyerero. Ivyokurya vyiwe vyari inzige n’ubuki bwo mw’ishamba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Yohana uyo, imyambaro yiwe yar’ iy’ ubgoya bg’ingamiya, yayikenyeza umukanda w’urusato mu rukenyerero; indya ziwe zar’ inzige n’ubūki bgo mw ishamba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |