Matayo 3:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Yesu amaze kubatizwa, aca ava mu mazi. Uwo mwanya nyene, ijuru riruguruka, abona Mpwemu w’Imana amanuka kuri we mw’ishusho y’inuma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Yesu amaze kubatizwa, aca ava mu mazi: maz’ ijuru riruguruka, abona Mpwemu w’Imana, amanuka asa n’inuma, amugwako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |