Matayo 3:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Mbere incabiti ibanguriwe imizi y’ibiti: igiti cose kitama ivyamwa vyiza kigiye gucibwa gitererwe mu muriro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Arikw incabiti igenekerejwe ku bitsina vy’ibiti; nuko rer’ igiti cose kitāma ivyiza kiracibga, kigatererwa mu muriro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |