Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 28:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Nuko rero, nimugende mwihuta mubwire abigishwa biwe ko yazutse kandi ko agiye kubarindirira i Galilaya. Ni ho muzomubonera. Ubwo ni bwo butumwa nari ndabafitiye.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Ni mukwakwanye mubgire abigishwa biwe yuko yazutse mu bapfuye, kand’ azobītangira imbere kuja i Galilaya, iyo ni ho muzomubonera. Nuko n’ivyo, ndabibabgiye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 28:7
20 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ehe raba ndabibabwiye imbere y’uko bishika.


Ariko maze kuzuka, nzobatanga kuja i Galilaya, ndabarindirireyo.”


Yesu aca arababwira ati: “Ntimutinye; nimugende mubwire bene Data baje i Galilaya, aho ni ho tuzobonanira.”


Abo bagore baca bava ku mva, bagenda bihuta. Bari bafise ubwoba ariko kandi bafise n’akanyamuneza kenshi. Nuko bariruka baja kubwira abigishwa biwe iyo nkuru.


Ariko maze kuzuka, nzobatanga kuja i Galilaya ndabarindirireyo.”


Na we aca aja kubwira abigishwa iyo nkuru. Abigishwa bari bakigandaye, bamuririra.


Maze baca baragaruka babibwira abandi, ariko na bo nyene ntibizera ivyo bababwiye.


bariko bavuga bati: “Ni ukuri Umwami yazutse, kandi yiyeretse Simoni.”


Ibi ndabibabwiye bitaraba, kugira ngo nivyashika muze mwizere.


Ibi ndabibabwiye kugira ngo nivyashika, muze mwibuke ko nari narabibabwiye. Icatumye ntabibabwira mu ntango ni uko nari nkiri kumwe namwe.


ko yahambwe hanyuma akazuka ku musi ugira gatatu nk’uko Ivyanditswe bibivuga,


Inyuma yaho yiyerekera rimwe bene Data barenga amajana atanu, kandi n’aho benshi muri bo bamaze gupfa, bamwe muri bo baracariho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ