Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 28:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Umumarayika abwira abo bagore ati: “Mweho ntimutinye, kuko ndazi ko murondera Yesu yabambwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Arik’ umumarayika abgira ba bagore, ati Mweho ntimutinye, kuko nzi ko murondera Yesu, umwe yabambga;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 28:5
17 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko Yesu arababwira ati: “Humura! Ni jewe; ntimugire ubwoba.”


Yesu aca arababwira ati: “Ntimutinye; nimugende mubwire bene Data baje i Galilaya, aho ni ho tuzobonanira.”


Ba barinzi b’imva ya Yesu bagira ubwoba bwinshi ku buryo bamera nk’abapfuye.


Na we arabaremesha ati: “Ntimugire ubwoba! Ndazi ko murondera Yesu w’i Nazareti, umwe babamba. Ntari hano kuko yazutse! Nimuze murabe aho bari baryamitse ikiziga ciwe!


Ariko wa mumarayika aramuhumuriza ati: “Ntutinye, Mariya, kuko ugiriwe ubuntu n’Imana.


Ba bagore bagira ubwoba bwinshi, bakubita ibipfukamiro hasi barunama, ariko ba bagabo barababwira bati: “Ni kuki muronderera umuntu muzima mu bapfuye?


Ariko Imana yaramuzuye mu bapfuye, imukura mu vyara vy’urupfu, kuko bitashoboka ko urupfu rumugumya.


Mbega abamarayika bose si impwemu zikorera Imana? Ntiyazitumye gukorera abazoragwa agakiza?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ