Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 28:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ba barinzi b’imva ya Yesu bagira ubwoba bwinshi ku buryo bamera nk’abapfuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Ubgoba yateye abarāririzi bubashira mu gatengo, bamera nk’abapfuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 28:4
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ba bagore bakiri mu nzira bagenda, bamwe mu barinzi b’imva binjira mu gisagara, babwira abakuru b’abaherezi ingene ibintu vyagenze.


Mu maso hiwe hasa n’umuravyo, kandi impuzu ziwe zarera derere.


Umumarayika abwira abo bagore ati: “Mweho ntimutinye, kuko ndazi ko murondera Yesu yabambwe.


Wa murinzi w’ibohero aca atumako urumuri, yiruka mu cumba Pawulo na Silasi barimwo, yikubita imbere y’ibirenge vyabo.


Ndamubonye nca nikubita imbere y’ibirenge vyiwe nk’uwupfuye. Ariko aca anshirako ikiganza c’i buryo ambarira ati: “Ntutinye. Ndi Uwa Mbere kandi ndi Uwa Nyuma.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ