Matayo 28:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Abo barinzi bakira ayo mahera hanyuma bakora nk’uko babwiwe. Inkuru yabo ikwira hose mu Bayuda, kugeza n’uno musi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Bābīra ya mahera, bagira nk’uko bohejwe; kand’ iryo jambo ryandagara mu Bayuda na bugingo n’ubu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |