Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 28:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 bababwira bati: “Muze muvuge muti: ‘Abigishwa biwe baraje mw’ijoro dusinziriye, biba ikiziga ciwe.’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 bati Muze muvuge, mut’ Abigishwa biwe baje mw ijoro, baramutwibana dusinziriye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 28:13
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aramwishura ati: “Uko uvuze ni ko biri. Kandi muri kazoza, muzobona Umwana w’Umuntu yicaye mu kibanza c’icubahiro i buryo bw’Imana y’ububasha, kandi aza ari ku bicu vyo kw’ijuru.”


Abo bakuru b’abaherezi baca bagirana inama n’abakuru b’Abayuda, baha amahera menshi ba barinzi b’imva,


Pilato niyavyumva, tuzomwumvisha nta ngorane muzogira.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ