Matayo 28:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Ba bagore bakiri mu nzira bagenda, bamwe mu barinzi b’imva binjira mu gisagara, babwira abakuru b’abaherezi ingene ibintu vyagenze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Bakigenda, bamwe muri ba barinzi baja mu gisagara, babgira abaherezi bakuru ivyabaye vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |