Matayo 28:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Umusi w’Isabato urangiye, mu mutwenzi w’umusi wa mbere utangura indwi, Mariya Magadalena na Mariya wundi baja kuraba imva ya Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Umusi w’isabato ushize, ku wa mbere w’imisi ndwi, umutwenzi ugomba gutambika, Mariya Magadalene na Mariya wundi baja kurāba imva. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |