8 Ni co gituma, gushika n’ubu iryo tongo ryitwa itongo ry’amaraso.
8 Ni co catumye ubgo bgatsi bgitwa Ubgatsi bg’amaraso, na bugingo n’ubu.
Bamaze kuja inama, bafata ingingo yo kuyagura itongo ry’umubumvyi kugira ngo bazohore bahahamba abanyamahanga.
Abo barinzi bakira ayo mahera hanyuma bakora nk’uko babwiwe. Inkuru yabo ikwira hose mu Bayuda, kugeza n’uno musi.
Ababa i Yerusalemu bose bamenye iyo nkuru, baca bita iryo tongo Akelodama, bisobanurwa ngo Itongo ry’amaraso.)