Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:65 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

65 Pilato arabishura ati: “Ng’abo abasoda, nimugende mucunge iyo mva yiwe uburyo bwose mwipfuza.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

65 Pilato arababgira, at’ Abarinzi ngabo: ni mubajane; muyīrindishirize uko muzi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:65
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Turagusavye rero utange itegeko ryo gucunga imva yiwe kugeza ku musi ugira gatatu. Ivyo bizotuma abigishwa biwe bataza kwiba ikiziga ciwe, hanyuma bakabwira abantu ko yazutse mu bapfuye. Bibaye uko ububeshi bwiwe bwa nyuma bwoba bubi kurusha ubwa mbere.”


Baca baragenda bashira ikimenyetso ku kibuye cugaye imva, hanyuma bashiraho abasoda bo kuyicunga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ