Matayo 27:63 - Bibiliya mu Kirundi coroshe63 bamubwira bati: “Nyakwubahwa, twibutse ivyo wa mubeshi yari yaravuze akiri muzima ngo: ‘Inyuma y’imisi itatu nzozuka.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)63 baramubgira, bati Mugenzi, twibutse yuko wa muhumvyi akiriho yagize ngw imisi itatu ishize azozuka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |