Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:60 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

60 hanyuma agishira mu mva nshasha yari aherutse kwiyimbishiriza mu gitandara. Nuko aca atembagariza ikibuye kinini ku muryango w’iyo mva arayugara.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

60 agishira mu mva yiwe nsha, yari yarimbishije mu bitandara; atembagaza ikibuye kinini acugaza umuryango w’imva, aragenda.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:60
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yosefu afata ico kiziga, akizingira mu gitambara cera,


Baca baragenda bashira ikimenyetso ku kibuye cugaye imva, hanyuma bashiraho abasoda bo kuyicunga.


Ubwo nyene, haca haba ukunyiganyiga gukomeye kw’isi, kuko umumarayika w’Umwami Imana yamanutse avuye mw’ijuru, agatembagaza ca kibuye cugaye imva ya Yesu akacicarako.


Bahashitse, basanga ikibuye cari cugaye imva catembagajwe,


Nuko Yesu ashika ku mva akibabaye. Iyo mva yari isenga ryugaje ikibuye kinini.


Nuko bakuraho ca kibuye. Maze Yesu arangamiza hejuru aravuga ati: “Data, ndagushimiye kuko unyumva iyo nsenga.


Hafi y’aho Yesu yabambwe hari itongo, kandi muri iryo tongo hari imva nshasha, itari bwigere ihambwamwo umuntu.


Kare mu gitondo ku musi wa mbere w’indwi, mu bucagucagu, Mariya Magadalena yazindutse ku mva asanga ca kibuye cari cugaye imva cakuweho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ