Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Abakuru b’abaherezi batora ayo mahera, baravugana bati: “Ntivyemewe ko aya mahera tuyavanga n’ubutunzi bw’urusengero kuko yaguze amaraso.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Abaherezi bakuru bāndūra zino feza, bati Ntizemerwa gushirwa mu mashikanwa, kukw ar’ ibiguze amaraso.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:6
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yemwe ndongozi zihumye! Murayungurura agatuku mu vyo munywa, ariko ingamiya mukayimirira rimwe!


Yuda aca aterera ayo mahera mu rusengero, arasohoka aja kwiyahura.


Bamaze kuja inama, bafata ingingo yo kuyagura itongo ry’umubumvyi kugira ngo bazohore bahahamba abanyamahanga.


Ariko mweho muvuga ko iyo umuntu afise ico yari gufashisha se canke nyina, ariko akavuga ko ari Korobani (bisigura ko cagizwe inyegu y’Imana),


Urubanza rwa Yesu imbere ya Kayafa rwaheze kare mu gitondo. Mu nyuma baciye bamujana ku kirimba c’uwaserukira ubwami bw’Abaroma. Ariko abakuru b’Abayuda ntibinjiye kuko banka kwihumanya kugira ngo bashobore guhimbaza umusi mukuru wa Pasika.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ