Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:56 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

56 Muri bo harimwo Mariya Magadalena, Mariya nyina wa Yakobo na Yosefu, na nyina wa bene Zebedayo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

56 Muri bo hārimwo Mariya Magadalene na Mariya nyina wa Yakobo na Yose, na nyina wa bene Zebedayo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:56
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mbega uwu si wa muhungu w’umubaji? Nyina ntiyitwa Mariya; abo bavukana si Yakobo, Yosefu, Simoni na Yuda?


Mariya Magadalena na Mariya wundi, bari bicaye imbere y’imva.


Umusi w’Isabato urangiye, mu mutwenzi w’umusi wa mbere utangura indwi, Mariya Magadalena na Mariya wundi baja kuraba imva ya Yesu.


Kandi ico gihe Mariya Magadalena na Mariya nyina wa Yose bariko bararaba aho bashize ikiziga ca Yesu.


Yesu amaze kuzuka, mu gatondo ku musi wa mbere w’indwi, yabanje kwiyereka Mariya Magadalena, uwo yari yarirukanyemwo abadayimoni indwi.


Abo bagore bagiye kubwira intumwa ivyabaye bari Mariya Magadalena, Yowana, na Mariya nyina wa Yakobo, n’abandi bagore bari kumwe na bo.


hamwe n’abagore bakize impwemu mbi n’izindi ngwara, ari bo Mariya Magadalena yirukanywemwo abadayimoni indwi,


Hafi y’umusaraba wa Yesu, hari hahagaze nyina, nyinabo, Mariya muka Kilopa na Mariya Magadalena.


Kare mu gitondo ku musi wa mbere w’indwi, mu bucagucagu, Mariya Magadalena yazindutse ku mva asanga ca kibuye cari cugaye imva cakuweho.


Mariya Magadalena aca aja aho abigishwa bari bari arababwira ati: “Nabonye Umwami!” Aca ababwira ivyo Yesu yamubwiye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ