Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:55 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

55 Abagore benshi bari bavuye i Galilaya bazananye na Yesu kugira ngo bamushigikire mu gikorwa ciwe, bari ngaho babirabira kure.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

55 Hāriho n’abagore benshi bāri kure babirāba; ni bo bākurikiye Yesu ava i Galilaya, bamukorera.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:55
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ico gihe hariho abagore bariko barabikurikirana bari kure. Muri bo harimwo Mariya Magadalena, Mariya nyina wa Yakobo mutoya na Yose, hamwe na Salome.


Abo bagore bagendana na Yesu igihe yari i Galilaya bakamushigikira. Kandi benshi mu bagore bari bazananye na we i Yerusalemu bari aho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ