Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

49 Ariko abandi baravuga bati: “Reka turindire turabe ko Eliya aza kumutabara!”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

49 Arikw abandi bati Banza ugume: turābe ko Eliya yoza kumukiza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:49
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ubwo nyene, umwe muri bo ariruka afata ipampa, arijobeka mu nkarisha, arishira kw’irenga ngo ayimunyweshe.


Yesu yongera gusemerera n’ijwi rirenga, hanyuma aracikana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ