Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:48 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

48 Ubwo nyene, umwe muri bo ariruka afata ipampa, arijobeka mu nkarisha, arishira kw’irenga ngo ayimunyweshe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

48 Umwe muri bo aca arirukanga yābīra sipongo, ayuzuza inkarisha ayirungikisha irenga, arayimusomesha.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:48
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abasoda bamuha umuvinyu w’inkarisha, ariko amaze kuwumviriza, yanka kuwunywa.


Bamwe mu bari bahagaze aho bumvise ivyo, baca bavuga bati: “Ariko ahamagara Eliya!”


Ariko abandi baravuga bati: “Reka turindire turabe ko Eliya aza kumutabara!”


Umwe ariruka afata ipampa arijobeka mu nkarisha, arishira kw’irenga, aca arariduza ku munwa wa Yesu kugira ngo amunyweshe, aravuga ati: “Reka turabe ko Eliya aza kumwururutsa amukure ku musaraba.”


N’abasoda baraza baramushinyagurira, bamuha inkarisha kugira ngo anywe,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ