Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:47 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

47 Bamwe mu bari bahagaze aho bumvise ivyo, baca bavuga bati: “Ariko ahamagara Eliya!”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

47 Bamwe mu bahahagaze bavyumvise, baravuga, bat’ Uyo ahamagaye Eliya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:47
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi nimba mushaka kwemera ivyo ndiko ndavuga, ni we Eliya abavugishwa bari baravuze ko azoza.


Isaha y’icenda igira ishike, Yesu arasemerera n’ijwi rirenga ati: “Eli, Eli, lema sabakitani?” (bisobanurwa ngo: “Mana yanje, Mana yanje, ni kuki wampevye?”).


Ubwo nyene, umwe muri bo ariruka afata ipampa, arijobeka mu nkarisha, arishira kw’irenga ngo ayimunyweshe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ