Matayo 27:43 - Bibiliya mu Kirundi coroshe43 Yizigiye Imana, rero Imana nimba imukunda nimutabare kuko yavuze ati: “Ndi Umwana w’Imana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)43 Yizigiye Imana, n’imukize ubu nyene ni yaba imubabaye: kuko yīgira ngo Nd’ Umwana w’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |