Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

41 Abakuru b’abaherezi, abigisha b’ivyagezwe hamwe n’abakuru b’Abayuda, na bo nyene bakamucokora, bavuga bati:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 N’abaherezi bakuru n’abanyabgenge b’ivyanditswe n’abashingantahe bamucurīra bartyo na bo,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:41
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

bakamubwira bati: “Wewe wavuze ko wosambura urusengero ukarwubaka mu misi itatu. Nimba uri Umwana w’Imana niwikize wikure ku musaraba!”


“Yakijije abandi ariko we ntashobora kwikiza! Nimba ari Umwami w’Abisirayeli, niyikure ku musaraba natwe duce tumwizera.”


Azotangwa ahabwe Abanyamahanga, bamucokore, bamutuke, bamucireko amate,


Yesu aca abwira abaherezi bakuru, abarinzi b’urusengero n’abatware bari baje kumufata, ati: “Mbega mbaye umugumutsi, aho muza kumfata mwitwaje inkota n’amahiri?


Abantu isinzi bari aho babiraba; abakuru b’Abayuda na bo bamucokora, bavuga bati: “Yakijije abandi, niyikize na we turabe, ko yigira ngo ni Kristo, Uwatoranijwe n’Imana.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ