Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Hejuru y’umutwe wiwe, bashiraho icandiko c’ibirego vyatumye abambwa cavuga ngo: uwu ni yesu umwami w’abayuda.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Hejuru y’umutwe wiwe bahashira ikirego ciwe, canditswe ng’ UYU NI YESU, UMWAMI W’ABAYUDA.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:37
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abasoda bongera babamba ibisuma bibiri i ruhande ya Yesu, kimwe i buryo, ikindi i bubamfu.


“Yakijije abandi ariko we ntashobora kwikiza! Nimba ari Umwami w’Abisirayeli, niyikure ku musaraba natwe duce tumwizera.”


Icandiko c’ibirego vyatumye abambwa cavuga ngo: umwami w’abayuda.


Baca bamanika icandiko hejuru yiwe kivuga ngo: uwu ni umwami w’abayuda.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ