Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Abasoda bamuha umuvinyu w’inkarisha, ariko amaze kuwumviriza, yanka kuwunywa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 bamuha vino ivanze n’umuti w’umururazi, ngw ayinywe; ayumvirije yanka kuyinywa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:34
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ubwo nyene, umwe muri bo ariruka afata ipampa, arijobeka mu nkarisha, arishira kw’irenga ngo ayimunyweshe.


Bagerageza kumuha umuvinyu w’inkarisha, ariko Yesu yanka kuyinywa.


Ntibishoboka kugarukana ku kwihana abigeze kwakirwa n’umuco, bakumviriza ku ngabire zo mw’ijuru, bakakira ku vya Mpwemu Yera,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ