Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Bahejeje kumushinyagurira, bamwambura ya mpuzu itukura, basubira kumwambika impuzu ziwe, hanyuma bamujana kumubamba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Bamaze kumucurīra, bamwambura wa mutamana, bamwambika iziwe mpuzu, bamujana kumubamba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:31
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

hanyuma bamushikirize Abanyamahanga kugira bo bamushinyagurire, bamushishagure, hanyuma bamubambe ku musaraba. Ariko ku musi ugira gatatu, azozuka!”


Nuko baca baramufata, bamukwegera inyuma y’umurima w’uruzabibu, bamwicirayo.


“Nk’uko musanzwe mubizi, Umusi Mukuru wa Pasika, ugiye kuba mu misi ibiri: Umwana w’Umuntu azofatwa atangwe kugira ngo abambwe.”


Bahejeje kumushinyagurira, bamwambura ya kanzu itukura basubira kumwambika impuzu ziwe, hanyuma bamujana kumubamba.


Pilato aca atanga Yesu kugira ngo bamubambe. Nuko baramufata baramujana.


abwira wa mwigishwa ati: “Ng’uwo umuvyeyi wawe.” Kuva ico gihe, wa mwigishwa aca ajana Mariya iwe.


bamukwegera inyuma y’igisagara, batangura kumutera amabuye. Vya vyabona bikura imitamana yavyo, biyirambika imbere y’ibirenge vy’umusore yitwa Sawuli.


Ni co gituma na Yesu yababarijwe kandi agapfira inyuma y’igisagara kugira ngo ashikane abantu biwe ku kwera akoresheje amaraso yiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ