30 Bamucirako amate, bafata rya renga barimukubita kenshi ku mutwe.
30 Bamuvuma amate, bamushikura rya renga, barimukubita mu mutwe.
Hanyuma baca bamucira mu maso, bamukubita ibipfunsi, abandi bakamukubita amakofe,
na bo bazomucokora, bamucireko amate, bamukubite, hanyuma bamwice. Ariko inyuma y’imisi itatu azozuka.”
Bamwe batangura kumucirako; bamupfunga amaso, bamukubita ibipfunsi, bavuga bati: “Vugishwa, utubwire uwugukubise!” Hanyuma ba barinzi baca baramujana, bamukubita amakofe.
Bamukubita kenshi irenga ku mutwe, bamucirako amate. Bapfukama imbere yiwe bamushinyagurira ngo baramwubashe.