Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 hanyuma bajisha urugori rw’amahwa, barumwambika ku mutwe. Bamufatisha mu kuboko kw’i buryo inkoni y’irenga. Maze, bamupfukama imbere bamushinyagurira bati: “Turagize bwakeye, mwami w’Abayuda!”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 batsiba igitsibo c’amahwa, bakimwambika mu mutwe, bashira n’irenga mu kuryo kwiwe; baramupfukamira, baramucurīra, bati Ndagize bgakeye Mwami w’Abayuda!

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:29
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

hanyuma bamushikirize Abanyamahanga kugira bo bamushinyagurire, bamushishagure, hanyuma bamubambe ku musaraba. Ariko ku musi ugira gatatu, azozuka!”


Maze Yuda aca agenda atumbereye Yesu, avuga ati: “Ndakuramukije Rabi!” Aca aramusoma.


Hejuru y’umutwe wiwe, bashiraho icandiko c’ibirego vyatumye abambwa cavuga ngo: uwu ni yesu umwami w’abayuda.


bamwambika ikanzu itukura, bajisha urugori rw’amahwa, barumwambika ku mutwe.


Nuko batangura kumucokora bati: “Turagize bwakeye, Mwami w’Abayuda!”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ