Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Abantu bose barishura bati: “Amaraso yiwe azotwagire twebwe n’abana bacu!”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Abantu bose baramwishura, bat’ Amaraso yiwe araba ari twebge akora n’abana bacu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:25
20 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umuntu wese azogwa kuri iryo buye azovunagurika, kandi uwo rizogwako, rizomusya.”


Ariko abonye ko Abayuda bamuhaririza bakanamutuka, aca akunkumura impuzu ziwe, ababwira ati: “Amaraso yanyu azobe ku gatwe kanyu. Jewe kuri ivyo ndera. Uhereye ubu ngiye kwigisha Abanyamahanga.”


Arababwira ati: “Twari twabihanikirije kutigisha muri iryo zina. Ariko mwakwiragije inyigisho zanyu i Yerusalemu hose, kandi mwamaramaje kutwegekako amaraso y’uwo muntu.”


Mbega hari umuvugishwa n’umwe ba sogokuruza banyu batahamye? Mbere bishe n’abavugishijwe ku kuza kwa wa Umugororotsi. None namwe ubu mwaramugurishije, muramwica,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ