Matayo 27:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Pilato abonye ko ata co ariko arashikako, ahubwo ko umuvurungano ukomeza kwiyongera, afata amazi, akarabira imbere y’abantu, avuga ati: “Jewe ndera, amaraso y’uwu muntu, ari kuri mwebwe!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Maze Pilato abonye kw arushwa n’ubusa, ariko ko barushirije kuvyura umugūmūko, yābīra amazi akarabira imbere y’ishengero, ati Jeho ndacuna kubg’ amaraso y’uyu mugororotsi: n’ivyanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |