Matayo 27:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Hanyuma Pilato arababaza ati: “Ni nde muri aba babiri mugomba ko ndabarekurira?” Barishura bati: “Baraba.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Ico cēgēra kirababaza, kiti Mur’ abo bompi uwo mugomba ko ndabarekurira ni nde? Na bo baramwishura, bati Ni Baraba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |