Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Ariko abakuru b’abaherezi n’abakuru b’Abayuda, bemeza abantu ko basaba Baraba kugira ngo Yesu abe ari we abambwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Arikw abaherezi bakuru n’abashingantahe bosha ishengero ngo rimusabe Baraba, ryicishe Yesu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:20
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma Pilato arababaza ati: “Ni nde muri aba babiri mugomba ko ndabarekurira?” Barishura bati: “Baraba.”


Abakuru b’abaherezi batangura kugumura abantu ngo basabe Pilato abarekurire Baraba mu kibanza ca Yesu.


Barasemerera bati: “Oya, si we dushaka! Turekurire Baraba!” Uwo Baraba yari umugumutsi.


Ku misi yose y’Isabato Pawulo yama aja mw’isinagogi guharira n’Abayuda n’Abagiriki, akagerageza kwemeza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ