18 Pilato yari azi neza ko ari ishari ryatumye bamuzanira Yesu ngo amucire urubanza.
18 Kuko yamenye yukw ishari ari ryo rimubatangishije.
Nuko Pilato abaza abantu bari bakoraniye aho ati: “Mbega mugomba ko ndabarekurira imbohe iyihe: Baraba canke Yesu yitwa Kristo?”
Pilato acicaye aho acira imanza, umugore wiwe amurungikira ubutumwa buvuga ngo: “Ntihagire ikintu na kimwe ugira uwo mugororotsi, kuko naraye mbabajwe cane mu ndoto kubera we.”
Yari azi neza ko abakuru b’abaherezi bamuzaniye Yesu kubera ishari.
Abayuda babonye ayo masinzi bagira ishari, batangura kuvuga ibinyuranye n’ivyo Pawulo yariko aravuga, banamutuka.
Maze umuherezi mukuru n’abo bari bafadikanije, bari mu muce b’Abasadukayo, babagirira ishari.
Kubera ishari ba sogokuruza bagiriye Yosefu, bamugurishije muri Egiputa; ariko Imana yari kumwe na we,
Canke mwibaza ko Ivyanditswe bibesha iyo bivuga ko Imana itwiyegerezanya ishaka ryo kutwiganzira rwose kubera Mpwemu wayo yadushizemwo?