Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Mu gihe c’imisi mikuru ya Pasika, umutware w’Umuroma yari afise umugenzo wo kurekura imbohe abantu bihitiyemwo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Mur’ iyo misi mikuru icēgēra camenyereye kurekurira abantu imbohe imwe, iyo bagomba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:15
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Barasezerana bati: “Ariko ntidukwiye kumufata mu misi mikuru kuko abantu bohava bagumuka.”


Ico gihe, hariho imbohe izwi cane yitwa Yesu Baraba.


Ndamukubitisha gusa, hanyuma ndamurekure.” [


Igihe cose kuri Pasika, Pilato yama abarekurira imbohe imwe.]


Ariko bose basemerera icarimwe bati “Uwo muntu nabambwe, uturekurire Baraba.”


ariko Petero we asigara hanze. Maze wa mwigishwa yari azwi n’umuherezi mukuru aragaruka avugana n’umukobwa yarinda umuryango, na we yemerera Petero kwinjira.


Pilato aca atanga Yesu kugira ngo bamubambe. Nuko baramufata baramujana.


Haheze imyaka ibiri, Felisi asubirirwa na Porukiyo Fesito, ariko kubera Felisi yagomba kunezereza Abayuda, asiga adakuye Pawulo mw’ibohero.


Kubera Fesito yagomba gushimisha Abayuda, aca abaza Pawulo ati: “Uriteguye kuduga i Yerusalemu kugira ngo uburanire imbere yanje hariya?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ