Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Ariko abakuru b’abaherezi hamwe n’abakuru b’Abayuda bamwagirije, ntiyishura na kimwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ariko mu vyo arezwe n’abaherezi bakuru n’abashingantahe ntiyishura na rimwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:12
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko Yesu aguma ahoze. Maze umuherezi mukuru aca aramubwira ati: “Mw’izina ry’Imana nzima, tubwize ukuri: Uri Kristo, Umwana w’Imana?”


Pilato aramubwira ati: “Mbega ntiwumva ivyo bakurega?”


Ariko Yesu ntiyagira ijambo na rimwe yishura, bituma uwo mutware atangara cane.


Nuko abaza Yesu ibibazo vyinshi ariko ntiyishura na kimwe.


Iyo nkone yariko isoma Ivyanditswe bivuga ngo: “Yatwawe nk’intama ijanwa kubagwa, atekereza nk’intama imbere y’uwuyimwa ubwoya, ntiyigera akurako umunwa.


Abamututse ntiyabihora, canke ngo ahige kwihora abamuteje imibabaro. Ivyo yabirekeye Imana yoyo ica imanza ziroranye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ