Matayo 26:75 - Bibiliya mu Kirundi coroshe75 Petero aca yibuka ivyo Yesu yari yamubwiye ati: “Isake itarabika, uja kuba umaze kunyihakana gatatu kose, uvuga ko utanzi.” Aca aja hanze araturikisha ararira cane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)75 Petero yibuka ijambo Yesu yamubgiye, at’ Inkoko itarabika uja kunyihakana gatatu. Arenga irembo, araturika ararira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |